Article archive

Messages 10

08/10/2017 15:50
Nibahindura Isakaramentu ry’Ibatisimu bazokura mwo n’indagano zose zijanye no guhakana shetani kuko bazovuga ko beno izo ndagano zataye igihe! Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa mbere Igenekerezo rya 5 Myandagaro, Umwaka w’i 2013@ 16:05 Mwananje Nkunda Cane, ntihagire...

Messages 9

08/10/2017 15:42
Murashobora kwumva ko Ndi kumwe namwe kandi mukagabana Ubukomezi budasanzwe iyo mwemeye vy’ukuri ko Naje muri Mwebwe mu kinyegezwa c’Ukaristiya Ntagatifu   Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa kane Igenekerezo rya 5 Ndamukiza, Umwaka w’i 2012@ 8:00   Data...

Messages 8

08/10/2017 15:37
Bafise umugambi wo gutembagaza Papa Benedicto wa XVI bamukure ku ntebe ya Petero bakoresheje amayeri adasanzwe Ku wa gatandatu Ubutumwa bwahawe Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Igenekerezo rya 26 Rusama 2012 @ 16:00   Ndanezerewe ko ugarutse. Birakenewe ko uguma uri hafi yanje mwananje. Igihe ni...

Messages 7

08/10/2017 15:31
Akamaro k’igisabisho n’uruhara gifise mu gucuresha amagorwa yo kuri iyi si   Mwananje Nkunda cane, niwirabire ukuntu ukwemera kw’abana banje gutangura gukura no gushurika. Naho hari umwijima mwinshi kw’isi umuco ukwizwa hose n’abankurikira uguma usayangana kuruta uko bukeye uko bwije kubera...

Messages 6

08/10/2017 15:26
Nimuhinduke: Ubutumwa buvuye mu Muhari w’Abasaseredoti ba Bikira Mariya, bwahiskirijwe Patiri Stepfano Gobbi, 17 Fevrier 1988, ku wa gatatu w’Iminyota Ibi bihe ni ivyanje. Kuri uno musi muriko muribuka aho Naboneka ubwa mbere, I Fatima mu 1917 mwebwe muriko muraca mu bihe nari Narabuye ico gihe....

Messages 5

08/10/2017 15:22
Ubutumwa bwatanzwe na Bikira Mariya Umugabekazi w’Ubukiriro -Ku wa Gatanu 23 Myandagaro 2013: 14h09: ruziraKristu aho azokwimenyeshereza azovuga ko ari Umukristu Mwiza Mwananje, ese ukuntu Abakristu bazobabara mu gihe ingwara y’igicumuro izokwandukira isi yose mu buryo butandukanye! Hari ubugome...

Messages 4

08/10/2017 15:20
RuziraKristu azobwira abantu ko ari Jewe, Yezu. Ku Musi w’Imana Igenekerezo rya 12 Myandagaro, 2012 @ 18:00 Mwananje Nkunda cane, nkuko ndagutuma gutegura abantu bo kw’isi yose ngo babe maso bashobore kwitegurira ubukiriro bafitiye uburenganzira, niko na Sekibi nawe ategura imitima ngo ayijane mu...

Messages 3

08/10/2017 15:19
Ekleziya yasigaye, ivyabona bibiri, bivugwa mu Gitabo c’Ivyahishiriwe Umutumwa Yohani Ku Musi w’Imana, Igenekerezo rya 15 Ndamukiza, umwaka w’2012 @ 19:16 Mwananje, ndazi ko bimwe muvyo ngiye kukubwira bitagusobanukira neza  ariko ubwirizwa kunyizera vyongeye umenye ko mbwirizwa guhishura...

Messages 2

08/10/2017 15:15
Ubutumwa bwatanzwe n'Umugabekazi w'Ubukiriro ku wa mbere Igenekerezo rya 23 Kigarama, 2013 @ 18:36: Ubu bugizi bwa nabi bugamije kwigana Ijambo ry'Imana buzotuma benshi bibaza ko ryoba ari Ijambo ry'Imana ririko rirashikirizwa mu rurimi rw'ibihe vya none   Mwananje, umwijima uzokwururukira...

Messages 1

08/10/2017 15:11
Akamaro k'Igisabisho: Igisabisho Kirashobora gutsinda imidugararo iri kw'isi! Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ku wa gatanu Igenekerezo rya 1 Mukakaro 2011 @ 23:00 Mwananje Nkunda cane, Gusenga no Kunyiyegurira wese mu gisabisho Nobigereranya n'amazi uhaye umuntu anyotewe.  Iyo...
Items: 31 - 40 of 1420
<< 2 | 3 | 4 | 5 | 6 >>