KIRUNDI - Language

Intangamarara

04/09/2017 17:56
  Igitabu C'Ingabo za Kristu kirimwo ubutumwa Imana yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ngo abushikirize isi yose. Kubera ko bwatanzwe ubwa mbere mu rurimi rw'Icongereza, Yezu yarashatse ko bwandinkwa mu ndimi zose ngo abantu bose bashobore kubwisomera. None rero ni Jewe nashinzwe Igikorwa co...

Igisabisho c'ingabo za Kristu (1-100)

04/09/2017 18:01
Igisabisho c'Ingabo za Kristu (1) Kwihereza Yezu ngo nkize Imitima   Yezu Wanje Wewe Udukunda cane ni Unkundire ndagufashe gukiza imitima Ukunda cane nicishije bugufi. Girira Ikigongwe abacumuzi bose n'aboba baragutuntuje umutima nyene. N'unshoboze mu masabamana no mu mibabaro yanje ngo mfashe...

Igisabisho C'Ingabo za Kristu (101-170)

04/09/2017 18:10
Igisabisho c’Ingabo za Kristu  (101) Igisabisho c’Igitangaza Kizodufasha Kwumva Yezu mu Mutima wacu Ewe Mana Data Mushobora Vyose, Wewe Waremye ibiriho vyose n’ibizoba ho hanyuma, Dufashe twebwe twese dushobora kumenya ko Yezu Umwana Wawe ari hagati yacu muri Ekleziya Yawe Nyeranda muri iki...

Igisabisho c’Imisi Icenda c’Ukwihebera Umushaha wa Yezu

04/09/2017 18:48
Umusi wa mbere: Uno musi nzanira Abantu bose bo kw’isi yose iyo iva ikagera   Amajambo y’Umukama wacu Yezu yabwiye Faustina Mweranda ati: “Uno musi nzanira Abantu bose bo kw’isi yose iyo iva ikagera, na cane cane abacumuzi bose uheze ubadumbukirize mu nyenga y’Ikigongwe Canje. Uzoba uriko...

Messages 1

08/10/2017 15:11
Akamaro k'Igisabisho: Igisabisho Kirashobora gutsinda imidugararo iri kw'isi! Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ku wa gatanu Igenekerezo rya 1 Mukakaro 2011 @ 23:00 Mwananje Nkunda cane, Gusenga no Kunyiyegurira wese mu gisabisho Nobigereranya n'amazi uhaye umuntu anyotewe.  Iyo...

Messages 2

08/10/2017 15:15
Ubutumwa bwatanzwe n'Umugabekazi w'Ubukiriro ku wa mbere Igenekerezo rya 23 Kigarama, 2013 @ 18:36: Ubu bugizi bwa nabi bugamije kwigana Ijambo ry'Imana buzotuma benshi bibaza ko ryoba ari Ijambo ry'Imana ririko rirashikirizwa mu rurimi rw'ibihe vya none   Mwananje, umwijima uzokwururukira...

Messages 3

08/10/2017 15:19
Ekleziya yasigaye, ivyabona bibiri, bivugwa mu Gitabo c’Ivyahishiriwe Umutumwa Yohani Ku Musi w’Imana, Igenekerezo rya 15 Ndamukiza, umwaka w’2012 @ 19:16 Mwananje, ndazi ko bimwe muvyo ngiye kukubwira bitagusobanukira neza  ariko ubwirizwa kunyizera vyongeye umenye ko mbwirizwa guhishura...

Messages 4

08/10/2017 15:20
RuziraKristu azobwira abantu ko ari Jewe, Yezu. Ku Musi w’Imana Igenekerezo rya 12 Myandagaro, 2012 @ 18:00 Mwananje Nkunda cane, nkuko ndagutuma gutegura abantu bo kw’isi yose ngo babe maso bashobore kwitegurira ubukiriro bafitiye uburenganzira, niko na Sekibi nawe ategura imitima ngo ayijane mu...

Messages 5

08/10/2017 15:22
Ubutumwa bwatanzwe na Bikira Mariya Umugabekazi w’Ubukiriro -Ku wa Gatanu 23 Myandagaro 2013: 14h09: ruziraKristu aho azokwimenyeshereza azovuga ko ari Umukristu Mwiza Mwananje, ese ukuntu Abakristu bazobabara mu gihe ingwara y’igicumuro izokwandukira isi yose mu buryo butandukanye! Hari ubugome...

Messages 6

08/10/2017 15:26
Nimuhinduke: Ubutumwa buvuye mu Muhari w’Abasaseredoti ba Bikira Mariya, bwahiskirijwe Patiri Stepfano Gobbi, 17 Fevrier 1988, ku wa gatatu w’Iminyota Ibi bihe ni ivyanje. Kuri uno musi muriko muribuka aho Naboneka ubwa mbere, I Fatima mu 1917 mwebwe muriko muraca mu bihe nari Narabuye ico gihe....

Messages 7

08/10/2017 15:31
Akamaro k’igisabisho n’uruhara gifise mu gucuresha amagorwa yo kuri iyi si   Mwananje Nkunda cane, niwirabire ukuntu ukwemera kw’abana banje gutangura gukura no gushurika. Naho hari umwijima mwinshi kw’isi umuco ukwizwa hose n’abankurikira uguma usayangana kuruta uko bukeye uko bwije kubera...

Messages 8

08/10/2017 15:37
Bafise umugambi wo gutembagaza Papa Benedicto wa XVI bamukure ku ntebe ya Petero bakoresheje amayeri adasanzwe Ku wa gatandatu Ubutumwa bwahawe Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Igenekerezo rya 26 Rusama 2012 @ 16:00   Ndanezerewe ko ugarutse. Birakenewe ko uguma uri hafi yanje mwananje. Igihe ni...

Messages 9

08/10/2017 15:42
Murashobora kwumva ko Ndi kumwe namwe kandi mukagabana Ubukomezi budasanzwe iyo mwemeye vy’ukuri ko Naje muri Mwebwe mu kinyegezwa c’Ukaristiya Ntagatifu   Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa kane Igenekerezo rya 5 Ndamukiza, Umwaka w’i 2012@ 8:00   Data...

Messages 10

08/10/2017 15:50
Nibahindura Isakaramentu ry’Ibatisimu bazokura mwo n’indagano zose zijanye no guhakana shetani kuko bazovuga ko beno izo ndagano zataye igihe! Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa mbere Igenekerezo rya 5 Myandagaro, Umwaka w’i 2013@ 16:05 Mwananje Nkunda Cane, ntihagire...

Messages 11

08/10/2017 15:53
Amasanamu ateye ubwoba Neretswe igihe nari mu murima wa Oliveti: Ubutumwa Umukama wacu Yezu Kristu yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ku musi wa mbere igenekerezo rya 25Ntwarante 2013 @ 14:50 Mwananaje Nkunda cane, amasanamu ateye ubwoba Neretswe igihe nari mu murima wa Oliveti yamenyesha ukuntu...

Messages 12

08/10/2017 16:48
RuziraKristu azova mu Buseruko apana mu Burengero, Ubutumwa yezu Yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ku wa gatanu, Igenekerezo rya 26 Ndamukiza  2013 @ 12:30 Mwananje, isi iriko irategurwa kwakira ruziraKristu ari hafi kwibonekeza. Yarateguriwe inzira n'abategetsi batari bake mu ba nya politike...

Messages 13

08/10/2017 16:55
Bikira Mariya : Irozari Yanje Irashobora gukiza ibihugu. Umuvyeyi Bikira Mariya Yaraganiriye Mariya W'Ikigongwe c'Imana amusigurira Ukuntu Irozari ishobora gukiza ibihugu. None rero birumvikana ko n'Uburundi bwacu atahandi buzeye ubukiriro atari kuri uwo Muvyeyi Nyene. Kw'igenekerezo rya 29...

Messages 14

08/10/2017 16:57
Donald J. Trump yarabaye Umukuru w'igihugu ca Leta zunze ubumwe z'Amerika! Bumwe mu butumwa bwashikirijwe na Yezu abuhereza Jabez, Yezu aratubwira ko Uyu mutegetsi ari umuntu w'Imana. Nta na kimwe kiva kuri iryo jambo. Fyonda ngaha murabe video: -...
Items: 1 - 18 of 18