KIRUNDI - Language

Messages 7

08/10/2017 15:31
Akamaro k’igisabisho n’uruhara gifise mu gucuresha amagorwa yo kuri iyi si   Mwananje Nkunda cane, niwirabire ukuntu ukwemera kw’abana banje gutangura gukura no gushurika. Naho hari umwijima mwinshi kw’isi umuco ukwizwa hose n’abankurikira uguma usayangana kuruta uko bukeye uko bwije kubera...

Messages 8

08/10/2017 15:37
Bafise umugambi wo gutembagaza Papa Benedicto wa XVI bamukure ku ntebe ya Petero bakoresheje amayeri adasanzwe Ku wa gatandatu Ubutumwa bwahawe Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Igenekerezo rya 26 Rusama 2012 @ 16:00   Ndanezerewe ko ugarutse. Birakenewe ko uguma uri hafi yanje mwananje. Igihe ni...

Messages 9

08/10/2017 15:42
Murashobora kwumva ko Ndi kumwe namwe kandi mukagabana Ubukomezi budasanzwe iyo mwemeye vy’ukuri ko Naje muri Mwebwe mu kinyegezwa c’Ukaristiya Ntagatifu   Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa kane Igenekerezo rya 5 Ndamukiza, Umwaka w’i 2012@ 8:00   Data...

Messages 10

08/10/2017 15:50
Nibahindura Isakaramentu ry’Ibatisimu bazokura mwo n’indagano zose zijanye no guhakana shetani kuko bazovuga ko beno izo ndagano zataye igihe! Ubutumwa Yezu Yahaye Mariya w’Ikigongwe c’Imana, Ku musi wa mbere Igenekerezo rya 5 Myandagaro, Umwaka w’i 2013@ 16:05 Mwananje Nkunda Cane, ntihagire...

Messages 11

08/10/2017 15:53
Amasanamu ateye ubwoba Neretswe igihe nari mu murima wa Oliveti: Ubutumwa Umukama wacu Yezu Kristu yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ku musi wa mbere igenekerezo rya 25Ntwarante 2013 @ 14:50 Mwananaje Nkunda cane, amasanamu ateye ubwoba Neretswe igihe nari mu murima wa Oliveti yamenyesha ukuntu...

Messages 12

08/10/2017 16:48
RuziraKristu azova mu Buseruko apana mu Burengero, Ubutumwa yezu Yahaye Mariya w'Ikigongwe c'Imana ku wa gatanu, Igenekerezo rya 26 Ndamukiza  2013 @ 12:30 Mwananje, isi iriko irategurwa kwakira ruziraKristu ari hafi kwibonekeza. Yarateguriwe inzira n'abategetsi batari bake mu ba nya politike...

Messages 13

08/10/2017 16:55
Bikira Mariya : Irozari Yanje Irashobora gukiza ibihugu. Umuvyeyi Bikira Mariya Yaraganiriye Mariya W'Ikigongwe c'Imana amusigurira Ukuntu Irozari ishobora gukiza ibihugu. None rero birumvikana ko n'Uburundi bwacu atahandi buzeye ubukiriro atari kuri uwo Muvyeyi Nyene. Kw'igenekerezo rya 29...

Messages 14

08/10/2017 16:57
Donald J. Trump yarabaye Umukuru w'igihugu ca Leta zunze ubumwe z'Amerika! Bumwe mu butumwa bwashikirijwe na Yezu abuhereza Jabez, Yezu aratubwira ko Uyu mutegetsi ari umuntu w'Imana. Nta na kimwe kiva kuri iryo jambo. Fyonda ngaha murabe video: -...
Items: 11 - 18 of 18